IKIBIRIRAHO , Amerika: Aba Démocrates batsindiye Sena no kugenzura Inama Nshingamateka
Mu majambo yiwe ya mbere mw’ijoro, Trump yanditse ku mbuga ngurukanabumenyi ati: "Jewe sinari ku rupapuro rw’itora, kandi iyo mba nariko, twari gutsinda ku majwi menshi cane!"
Umukuru wa MONUSCO yahuye na Kabila mu gihe ibikorwa byo gushaka amahoro bikomeje
Amakuru y'ikibiriraho
Didier Bikorimana na Gildas Yihundimpundu
Obama avuga ko Abanyamerika batanze 'ubutumwa busobanutse'
Ahavuye isanamu, Reuters
Insiguro y'isanamu, Obama avuga ko ubu ari aho kuzinga amaboko y'imipira, abademokarate bagakora impinduka aho bishoboka
Uwahoze ari Perezida w’Amerika Barack Obama
yavuze ko intsinzi ikomeye y’ishyaka rye ry’abademokarate mu matora yo hagati
muri manda ari gihamya ko Abanyamerika bashaka impinduka.
Yanditse ku rubuga
nkoranyambaga rwa X ati: “Iri joro, Abanyamerika batanze ubutumwa busobanutse –
barashaka politike ihuza abantu aho kubacamo ibice, ndetse n'abategetsi
batanga ibisubizo bifatika ku bibazo bahura na byo.”
Obama yamamaje
abakandida benshi b’abademokarate muri leta z’isibaniro – ziba zishobora gutsindirwa
n’ishyaka iryo ari ryo ryose – nka leta ya Michigan na leta ya Georgia.
Donald Trump yanditse ku rubuga rwiwe Truth Social, aho yagize ico avuze
ku vyavuye mu matora vyari bimaze kumenyekana mw’ijoro.
Yagize ati: "Reka mbe umusesanguzi wa politike, mubi n'umwiza, nsigure imvo zatumye aba Bakandida batsinda canke
batsindwa!"
Ati: "Iyo Greg Abbott, Buramatari wa Texas, ataza guhinduka RINO (impfunyafunyo y'Icongereza isigura umu Républicain kw’izina gusa) mu mezi
atandatu ya nyuma y'Ubuzima bwiwe bwa Politike, ntiyari gutsindwa."
Trump yashize kandi ku rubuga ishusho y'inkofero itukura yanditseko
ijambo "veto". Bisa n'uko yashaka kwerekana ko ashobora guhagarika itegeko iryo
ari ryo ryose rizotorwa n’inama nshingamateka na nkenguzamateka nshasha zizoba zigenzurwa
n'aba Démocrates.
Yaneguye kandi imboneshakure Fox News, ivyo akaba yari yiriwe abikora,
aho yabaza igituma iyo mboneshakure yatumiye umu Démocrate Bill de Blasio,
yahoze ari Buramatari wa New York, akaba umwe mu bari mu kiganiro cerekeye ibibazo vya politike.
Mu masaha y’imbere y’aho ku mugoroba, yari yanditse ati: "Jewe sinari ku
rupapuro rw’itora, kandi iyo mba nariko, twari GUTSINDA KU MAJWI MENSHI CANE! Murakoze kuba
muzirikanye kuri iyi ngingo."
Trump yashimiye abademokarate avuga ko bakoze 'akazi keza'
Ahavuye isanamu, Getty Images
Perezida w’Amerika
Donald Trump yatelefonnye kuri televiziyo Fox News avuga ukuntu yakiriye
ibyavuye mu matora yo hagati muri manda ishyaka rye ry’abarepubulikani ryatsinzwemo
cyane, yemera ko abademokarate “bakoze akazi keza”.
Yabwiye umunyamakuru Bret
Baier wa Fox News ko “imbamutima ziri hose”, anavuga ko yatunguwe n’ibyavuye mu
matora.
Mu mvugo y’ubwiyunge,
Trump yavuze ko hari “ibintu byinshi, byinshi” ashobora gukoranamo n’abademokarate
mu nteko ishingamategeko y’Amerika, ubu batsindiye kugenzura.
Yavuze ko nta mpinduka azakora mu bagize leta ye kubera ibi bivuye mu
matora yo hagati muri manda.
Amerika: Aba Démocrates batsindiye Sena no kugenzura Inama Nshingamateka
Ahavuye isanamu, AFP via Getty Images
Umugambwe w'aba Démocrates waronse ubwiganze mu nama nkenguzamateka (Sena) ya Amerika no kugenzura inama nshingamateka y'ico gihugu, ukaba uvyatse umugambwe w'aba Républicains.
Gutakaza ubwiganze mu nama nshingamateka bizogira ingaruka zikomeye kuri
Perezida Donald Trump, nk'uko vyandikwa n’umwanditsi mukuru wa BBC ajejwe akarere ka Amerika
ya Ruguru, Sarah Smith.
Avuga ko vyari vyitezwe ko aba Démocrates boshobora kugira amahirwe menshi yo gutsinda
amatora y’Abashingamateka kurusha ay’Abakenguzamateka (abagize Sena).
Ariko rero, ivyo vyerekana ingene amatora ariko aragenda muri rusangi. Ivyigwa
vyari vyagiye bikorwa vyagaragaza ko aba Démocrates bashigikiwe cane n’abanyagihugu
mu gihugu cose.
Hagati aho, ku ncuro ya mbere mu myaka mirongo, aba Démocrates baronse
ikibanza muri Sena muri reta ya Texas. Baronse n'intsinzi muri reta za Kansas na Ohio zari zisanzwe zifatwa nk'iz'aba Républicains.
Mu majambo yiwe ya mbere mw’ijoro, Trump yanditse ku mbuga
ngurukanabumenyi ati: "Jewe sinari ku rupapuro rw’itora, kandi iyo mba nariko,
twari gutsinda ku majwi menshi cane!"
Umukuru wa MONUSCO yahuye na Kabila mu gihe ibikorwa byo gushaka amahoro bikomeje
Ahavuye isanamu, MONUSCO / X
Umukuru w’ubutumwa bw’Umuryango w’Abibumbye
bwo kubungabunga amahoro muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo (MONUSCO), James
Swan, yahuriye i Goma n’uwahoze ari Perezida w’icyo gihugu Joseph Kabila, mu
biganiro bya mbere bitangajwe ku mugaragaro bagiranye kuva Kabila agiye ku
buyobozi bw’umutwe w’inyeshyamba wa FRN.
MONUSCO yatangaje ko ibiganiro byabo byibanze
kuri gahunda zikomeje zigamije kuzana amahoro, iyubahirizwa ry’agahenge hamwe no
ku bikorwa bigamije kurangiza mu mahoro intambara yo mu burasirazuba
bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo (DRC).
Ubwo butumwa bwa ONU bwavuze ko Swan
yanahuye n’abahagarariye itsinda rizwi nka MCVE+ rishinzwe kugenzura iyubahirizwa ry’agahenge,
ashimangira ubufasha bwa MONUSCO kuri iyo gahunda, bijyanye n’inshingano za MONUSCO.
Ubwo yaganiraga n’ibitangazamakuru byaho
nyuma y’ibyo biganiro, Visi Perezida wa FRN Bertrand Bisimwa yavuze ko uwo
mutwe ukiyemeje gukurikiza gahunda y’amahoro ya Doha. Ariko yanagaragaje impungenge
ku ishyirwa mu bikorwa ry’amasezerano yagezweho muri ibyo biganiro by’i Doha
muri Qatar.
Bisimwa yakemanze gahunda zo kongerera
igihe manda ya MONUSCO ndetse avuga ko FRN yifuza ko ubutumwa bwa MONUSCO bwakomeza
kugenda bukurwa muri icyo gihugu gahoro gahoro, ari na ko bukomeza gukora
inshingano zabwo mu gufasha mu igenzurwa ry’agahenge.
Yanavuze ko icyifuzo cyo guhindura itegekonshinga rya DRC, muri gahunda yo gutuma Perezida Félix Tshisekedi yashobora kwiyamamariza manda ya gatatu, gishobora kugira ingaruka ku masezerano yagezweho muri gahunda ya Doha.
Nta cyo leta ya DRC yahise itangaza kuri
ayo magambo.
Iyo nama yo ku
wa kabiri ibaye mu gihe ibikorwa by’ubuhuza bwo mu karere no ku rwego mpuzamahanga
bikomeje mu rwego rwo kubungabunga agahenge no gutuma ibiganiro by’amahoro
bitera intambwe, hagamijwe kurangiza intambara imaze imyaka ibera mu burasirazuba
bwa DRC.