BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Trump yaretse itangazwa ry'igihano cy'urupfu cy'uwari umusirikare wishe bagenzi be mu 2009 ubwo azaba arimo araswa
Trump yavuze ko bamwe "ntibakwifuza kureba" iyicwa rya Nidal Hasan, rizaba ribaye ishyirwa mu ngiro ry'igihano cy'urupfu ku musirikare rya mbere ribayeho muri Amerika mu myaka irenga 60 ishize.
Kubera iki umugambi w'u Rwanda wo kwakira Formula 1 ubandanya gutera impari?
Ihiganwa ry’imiduga rya Formula 1 rizosubira kubera muri Afrika mu ntango z’imyaka ya 2030. Ariko amasezerano u Rwanda rwashitseko yo kwakira iryo siganwa yatumye rusubira kwagirizwa gukoresha inkino mu kweza isura yarwo mu makungu.
Musk avuga ko leta y'Amerika ishobora kuba iri inyuma y'igabanuka ry'umuvuduko wa 'drone' za Ukraine
Ukraine ivuga ko kugera ku muyoboro wa internet wa Starlink byateye intambwe ariko ko igifite ikibazo cy'umuvuduko ntarengwa, kikaba kirimo kubangamira "ubutumwa" bwayo bwo ku rugamba.
RD Congo: Inyuma y'uko havutse ihuriro rishasha rirwanya reta, ivya AFC/M23 bihereye aho?
N'ubwo urunani AFC/M23 rutakibaho, ikigaragara ni uko benshi mu bahora bagize inzego zarwo bari mu rwego rurongoye ihuriro rishasha FRN.
Kenya yemeje umurwayi wa kabiri wa Ebola
Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu muri Kenya bwemeje ko habonetse umurwayi wa kabiri wa Ebola yo mu bwoko bwa Bundibugyo.
El Niño: Abanya Gatumba ntaco ibabwiye?
Mu 2024, amazi ya Tanganyika n'aya Rusizi yaraduze mu mihana ihegereye atuma abaharurwa mu bihumbi batakaza uburaro ndetse bimurirwa ahandi.
Ni igiki Urwanda ruzokwungira mu kwakira Formula 1?
Ayo mahiganwa azokwitwa 'African Grand Prix', azoba agarutse ku mugabane wa Afrika inyuma y'imyaka irenga 30.
Vital Kamerhe yamaganye kuba Kabila ayoboye umutwe mushya w'inyeshyamba
Vital Kamerhe yavuze ko icyemezo cya Joseph Kabila cyo kuyobora umutwe w'inyeshyamba kivuguruza ubusabe bwe bwuko haba amahoro.
U Rwanda rugiye kwakira isiganwa rya F1 rya mbere ribereye muri Afurika kuva mu 1993
U Rwanda rwasinyanye na Formula 1 amasezerano y'imyaka 10 yo kwakira amasiganwa mpuzamahanga y'imodoka, guhera "mu ntangiriro ya za 2030".
RD Congo: Kuba Kabila yatangajwe nk'umukuru w'umuhari witwaje ibirwanisho bisobanuye iki?
Bisa nk'aho ata wari yiteze kubona canke kwumva Joseph Kabila, yarongoye RDC mu kiringo c'imyaka 18, ari kw'isonga ry'umuhari witwaje ibirwanisho.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Sahwanya – FRODEBU y''Incungu ya Demokarasi' ivuga ko nta mukandida izatanga mu matora ya perezida yo mu 2027
FRODEBU ivuga ko hari "amahinyu menshi" mu myiteguro y'ayo matora ariko CENI yibaza impamvu iryo shyaka rinenga amatora ataranaba.
Rwanda: Ibicuruzwa byahiriye mu isoko rya GOICO bifite agaciro ka miliyari 30 FRW – Guverineri
Guverineri Maurice Mugabowagahunde yavuze ko nubwo hari ibyangiritse, yishimira ko nta muntu wapfiriye muri iyo nkongi no kuba igice cyo hasi cy'iryo soko kitarahiye.
Kabila avuga ko RD Congo 'iri mu kaga', asezerana gutanga ivyiyumviro vyo 'kuyikiza'
Yashimangiye ko gukiza Congo arivyo vyihutirwa, ahamagarira abanyagihugu gufata kazoza kabo mu minwe.
Umuganga yagirizwa ivyaha bijanye na jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994 agiye kuburanishwa mu Bwongereza
Dr Vincent Brown yagirizwa kuba yari "umuyobozi" canke "uwagenzura" ibikorwa vy'ubukazi vyakozwe n'abandi mu misi ya mbere ya jenoside.
Rwanda: "Betting yantwaye moto ebyiri n'ikibanza" – Karangwa Vedaste
Imikino y'amahirwe, izwi cyane nka betting, imaze gukwirakwira hirya no hino mu Rwanda. Abayitabira bashobora gutega amafaranga ku mikino y'umupira w'amaguru bakoresheje telefone cyangwa bakajya mu bigo byabigenewe
Navi Pillay wayoboye urukiko mpuzamahanga rw'Arusha yatsindiye igihembo cy'amahoro cyitiriwe Nobel
Yavuze ko igihembo cye agituye "abarokotse bose icyaha mpuzamahanga" ndetse n'"abakora n'abarinda" ubutabera mpuzamahanga.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































