BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Ucyekwa yarezwe kugerageza kwica Trump mu isangira n'abanyamakuru i Washington
Abakora iperereza bavuga ko uwo mugabo w'imyaka 31 ukomoka muri leta ya California yashakaga kwica abategetsi bo ku rwego rwo hejuru benshi bashoboka.
OTAN itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?
Umubano hagati y'ibihugu bikikije inyanja ya Atalantika (Atlantic) wongeye kugorana nyuma y'uko ibihugu by'i Burayi byanze cyane kugira uruhare mu bitero biherutse kugabwa na Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Israel kuri Iran.
Filimi ku buzima bwa Michael Jackson yaciye agahigo mu kwinjiza amafaranga menshi muri sinema
Jaafar Jackson, umwishywa wa Michael Jackson, ni we umukina amwigana muri iyo filime, imaze kwinjiza miliyoni 217$ ku isi hose kuva yasohoka ku wa Gatatu ushize.
Umukuru w’Abangilikani ku isi yasuye Papa Leo amushimira ibyo yavugiye muri Afurika
Sarah Mullally yagize ati: “Wavuganye imbaraga urwanya akarengane kari mu isi yacu uyu munsi...Isi yari ikeneye buriya butumwa muri iki gihe.
Umukobwa ufite ubutwari bwo kwita ku bapfu, ati: 'Ntibyoroshye'
Mu miryango myinshi, urupfu ni ikintu giteye ubwoba – Akenshi iyo abantu baruganiraho bamanura ijywi kubera agahinda n'ubwoba, ariko Linda, yahisemo akazi ko kwita ku mirambo.
Mu kibuga c'indege ciza kuruta ibindi kw'isi: Ni kuki Changi kiguma gitsinda?
Uburongonzi bwiza imbere, icuka ciza kigakurikira , hanyuma ibitangaje bikaza inyuma.
CNDD–FDD yatoreye Ndayishimiye kuzayibera umukandida mu matora, ati 'Mbemereye gukomeza ikivi'
Mu ijambo yavuze ryo kwemera kuba umukandida, Ndayishimiye yarahiriye ko atazigera ahemukira abaturage kandi ko azakora ibiteza imbere igihugu.
Ni ab''amazina akomeye' bagambirirwa kwicwa – Trump nyuma yuko amasasu yumvikanye muri hoteli yari arimo
Perezida w'Amerika avuga ko ucyekwa yafashwe, mu gihe yatangaje videwo uko bigaragara yerekana intangiriro y'uko kurasa.
Football: Harigeze kuba ibihangange – raba bano bakinyi berekanye ubuhinga budasanzwe kurusha abandi
Twese turakunda kuraba abakinyi batwereka utugenegene n’ubuhinga budasanzwe, hano BBC Sport iratondeka abakinyi b’umupira w’amaguru bakunda kwiyerekana cane kurusha abandi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Inyakamwe kandi bazerutse, abana b'Abashinwa barondera ababagirira igishika ku 'bavyeyi bo ku mbuga hwaniro'
Abashinwa benshi bakiri bato barifuza ivyohinduka mu migenderanire n'abavyeyi babo ishingiye ahanini ku vyo babitegako.
Ibihugu 10 bya mbere bicukura peteroli nyinshi ku isi
Nyuma y'uko amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Amerika na Israel na Irani mu gihe cy'ibyumweru bibiri atangiye gushyirwa mu bikorwa, ibihugu bicukura peteroli byatangiye kumenyekana cyane kuko byari byitezweho nk'amakiriro.
Papa Wemba: 'Mbega uko igihe cyihuta!' - Imyaka 10 iruzuye 'umwami wa Rumba' apfuye
Jeannot Ilunga umwe mu bakunzi ba muzika ya Wemba avuga ko uyu muhanzi akimurikira iminsi ye kuko muzika ye n'ubu ayumva kenshi.
"Turaryohewe cane ko dutashe iwacu muri Congo" – Impunzi zatanguye gutahuka
Aba ni abahunze indwano zikomeye zabaye mu mpera z'umwaka uheze mu bice ahanini vya Luvungi na Sange imbere y'uko igisagara ca Uvira gifatwa na M23 ikaza kukivamwo hanyuma.
Ibintu bitanu by'ingenzi muri raporo ku mvururu zabaye ku ya 29 z'uKwacumi muri Tanzania
Ni raporo yakozwe mu mezi atari make iyobowe na Perezida w'umucamanza Mohamed Chande, yabajije ibihumbi by'Abanyatanzania, ikoresheje amafoto na videwo kuva ku ya 9 Ukwakira n'iminsi yakurikiyeho.
Umugore yatewe inda n'abagabo babiri icyarimwe, siyanse ibivugaho iki?
Mu 2018, umugore yaje muri Laboratwari y'irangamimerere y'abaturage muri Kaminuza Nkuru ya Colombia: yari afite impanga z'abahungu yari yarabyaye imyaka ibiri mbere yaho, ashaka kumenya se w'abana be, ariko ibyavuyemo byari ibitangaza.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































