Imvo n'Imvano: BBC Gahuzamiryango yagiranye ikiganiro cihariye na Perezida w'Uburundi Évariste Ndayishimiye

Insiguro y'amajwi, Imvo n'Imvano: BBC Gahuzamiryango yagiranye ikiganiro cihariye na Perezida w'u Burundi Évariste Ndayishimiye
Imvo n'Imvano: BBC Gahuzamiryango yagiranye ikiganiro cihariye na Perezida w'Uburundi Évariste Ndayishimiye
Yatangajwe

Ikaze mu kiganiro c'Imvo n'Imvano co kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya mbere, ukwezi kw'umunani, mu mwaka wa 2026.

Uyu musi tubafitiye ikiganiro kidasanzwe, aho twaganiriye n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Évariste Ndayishimiye ku bibazo vyinshi abantu bibaza bivugwa mu Burundi, mu karere no ku mugabane wa Afrika, ubu ko ari na we aramutswa ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika.

Iki kiganiro mwagiteguriwe kandi mugiye kugishikirizwa na Cyriaque Muhawenayo.