War'uzi uko imirwi y'aba barwanyi b'abanyagihugu bavutse muri Venezuela?

Yatangajwe

Abarwanyi b'abanyagihugu barahira ko bazorwanya uwuzotera Venezuela ariko bakabonwa ahubwo ko ari abarwanira Perezida Maduro.